KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

  +61469365309

  info@ikirundi.org


Niba wipfuza guterera ivyiyumviro uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi canke ukaba ufise ikibazo canke ibibazo kuri uyu mugambi, canke kandi hakaba hari nk'amakos(h)a wabonye, wotwandikira ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke ukaturungikira ubutumwa canke ukaduhamagara ukoresheje WhatsApp kuri: +61469365309

Urashobora no kutwandikira ubutumwa bwihuse uciye aho handitse "Turungikire ubutumwa aha nyene".

Murakoze!


 

Turungikire ubutumwa aha nyene

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 163 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...