KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Muri kino gice c'imico n'imigenzo tuzoshimikira cane ku migenzo n'imigirwa y'Abarundi bo hambere. Tuzogerageza gutororokanya ibiranga canke ivyaranga Abarundi mu buzima bwabo bwa misi yose:

  • Ibanga ry'abubatse
  • Imana mu Burundi (Kiranga, kubandwa, guterekera,...)
  • Abapfumu, abarozi, abavurati,...
  • Imyuga (Kurima, kworora, guhiga, kwegeka,....)
  • Kurwanira igihugu
  • N'ibindi vyinshi cane bijanye n'imico kama n'imigenzo y'Abarundi

Si igikorwa coroshe namba! Kubw'iyo mpamvu turabasavye ngo mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi kandi bushikana umusiba ku mugezi.

imigenzo

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 57 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...