KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Iki gice twagihariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.

Hari utumenyetso dutandukanye usanga turi ku bibazo bivanye n'ubwoko bwavyo canke inyishu zavyo. Hinge rero dufate kano kanya tubasigurire ico utwo tumenyetso dusigura n'ingene ibi bibazo vya KARISHA UBWENGE bikorwa.

Guhindura urutonde rw'ibibazo.

Iyo ufyonze kuri ako kamenyetso kaboneka iyo tuguhaye ibibazo ukora, urutonde rw'ibibazo rurahinduka, ni ukuvuga ko ivyo bibazo bica vyivangavanga bikaboneka bidatonze nk'ubwa mbere. Ni uburyo bwo kugufasha kwipima ngo urabe ko ibibazo ubitegera neza.

Gusubira gutondekesha ibibazo nk'ubwa mbere.

Iyo ufyonze kuri karya ko kuvangavanga ibibazo (), hanyuma ukipfuza ko ibibazo bisubira kuja ku rutonde nk'ubwa mbere, uraheza rero ugafyonda kuri ako kamenyetso ko kubitondekesha nk'ubwa mbere:

Guhitamwo inyishu y'ukuri imwe mu nyishu zitandukanye.

Mu gukora ibi bibazo, ufyonda ku nyishu imwe wibaza ko ari yo mu nyishu zibiri canke zirenga tuba twaguhaye kuri buri kibazo.

Guhitamwo inyishu imwe mu nyishu zose zishoboka.

Mu gukora ibi bibazo, ufyonda harya handitse "Inyishu yawe ija aha" canke ugafyonda kuri karya kamenyetso kameze uku:

Haca haboneka inyishu zose zishoboka kuri ico kibazo. Rero uraheza ugahitamwo inyishu wibaza ko ari yo, na yo ica yiyandika harya handitse "Inyishu yawe ija aha".

Wewe ubwawe uriyandikira inyishu. Nta nyishu tuguha ngo uhitemwo.

Mu gukora ibi bibazo, wandika inyishu harya handitse "Andika inyishu yawe aha".

Insiguro y'inyeyeri ku bibazo.

Ibi bibazo vya KARISHA UBWENGE birasumbanya uburemere (ukugora): Hariho ivyoroshe cane hamwe n'ibindi bigoye. Ubwinshi bw'inyenyeri bwerekana ukugora kw'ibibazo.

Inyenyeri imwe yerekana ko ibibazo bishobora kuba vyoroshe. Ibi bibazo muri rusangi bikunze kuba birya tuguha inyishu nyinshi ariko zitarennga 5 ngo uhitemwo inyishu imwe y'ukuri.

Inyenyeri zibiri zerekana ko ibibazo bishobora kuba bigoye ariko atari cane.

Ibi bibazo biri mu migwi itatu:

  • Umugwi wa mbere ugizwe n'ibibazo tuguha inyishu nyinshi zirenga 5 ngo uhitemwo inyishu imwe y'ukuri.
  • Umugwi wa kabiri ugizwe n'ibibazo tuguha inyishu nyinshi ngo uhitemwo inyishu imwe y'ukuri, ariko muri uko guhitamwo usanga ubikora incuro zibiri (Akarorero: Insigarirazina-ngereka => kabaza).
  • Umugwi wa gatatu ugizwe n'ibibazo wewe ubwawe wiyandikira inyishu atavyo guhitamwo birimwo, mugabo iyo nyishu ikabaza igizwe n'ijambo rimwe gusa. Akarorero: ndondozi.

Inyenyeri zitatu zerekana ko ibibazo bishobora kuba bigoye cane.

Ibi bibazo biri mu migwi ibiri:

  • Umugwi wa mbere ugizwe n'ibibazo tuguha inyishu nyinshi ngo uhitemwo inyishu imwe y'ukuri, ariko muri uko guhitamwo usanga ubikora incuro zitatu canke zirenga. Akarorero: Amajambo ahinduka => Insigarirazina-ngereka => kabaza.
  • Umugwi wa kabiri ugizwe n'ibibazo wewe ubwawe wiyandikira inyishu atavyo guhitamwo birimwo, mugabo iyo nyishu ikabaza igizwe n'amajambo abiri canke arenga. Akarorero: Ingereka ndondozi.

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 84 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.

Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...