KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi


[18/12/1964 - 8/6/2020]


Amafoto yo ku musi bashingura Umuhisi Perezida Petero Nkurunziza i Gitega: 26/06/2020


Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda
Iyo aba ari ibikunda twari kugumana
Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi
Muvyeyi wacu mwiza niwitahire

Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda
Iyo aba ari ibikunda twari kugumana
Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi
Muvyeyi wacu mwiza niwitahire

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza
Waraduciriye ingero kugira tubeho
Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi
Ntituzibagira ivyiza wadukoreye

Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza
Waraduciriye ingero kugira tubeho
Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi
Ntituzibagira ivyiza wadukoreye

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Raba uragiye kandi ugiye tukigushaka
Twari tukigukeneyeko vyinshi mu muryango
Ariko Imana na yo ikora uko igomba
Ni yo ibona ibikwiye n'ibibereye

Raba uragiye kandi ugiye tukigushaka
Twari tukigukeneyeko vyinshi mu muryango
Ariko Imana na yo ikora uko igomba
Ni yo ibona ibikwiye n'ibibereye

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

--------------
Translation
--------------

President Peter Nkurunziza [18/12/1964 - 8/6/2020]

Farewell you were a brave man in the family

You were a parent who loved us and whom we loved
If it were possible you should stay with us
But because we all are travellers in this world
Farewell our dear parent

Farewell
Farewell you were a brave man in the family
You were a good man
You were a good man amongst neighbours and friends
You were peaceful you never quarrelled with people
We know we will meet again at home in heaven

You always were close to us, our dear parent
You worked hard so that we could live
You never left us, you always were close to us, dear parent
We will never forget your good deeds towards us

Look, you have departed but we still wanted you
We still needed you for a lot of things in the family
But let the will of God be done
He is the one who knows what's necessary and right


Kuki wabyemeye Mana Nyagasani?

Raba ingene ikiziga c'Umuhisi Petero Nkurunziza cavanywe i Karusi gushika i Gitega ku musi wo kumushingura: 26/06/2020
Tubikesha Mashariki TV

Umugirwa nyezina wo gushingura Umuhisi, uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza: 26/06/2020
Tubikesha Mashariki TV

Ijambo rya Denise Nkurunziza, Umutambukanyi w'Umuhisi Perezida Petero Nkurunziza, ku musi wo kumushingura: 26/06/2020
Tubikesha Mashariki TV

Isengesho rya Denise Nkurunziza, Umutambukanyi w'Umuhisi Perezida Petero Nkurunziza, ku musi wo kumushingura: 26/06/2020
Tubikesha Mashariki TV



Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda Iyo aba ari ibikunda twari kugumana Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi Muvyeyi wacu mwiza niwitahire Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda Iyo aba ari ibikunda twari kugumana Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi Muvyeyi wacu mwiza niwitahire Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza Waraduciriye ingero kugira tubeho Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi Ntituzibagira ivyiza wadukoreye Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza Waraduciriye ingero kugira tubeho Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi Ntituzibagira ivyiza wadukoreye Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru Raba uragiye kandi ugiye tukigushaka Twari tukigukeneyeko vyinshi mu muryango Ariko Imana na yo ikora uko igomba Ni yo ibona ibikwiye n'ibibereye Raba uragiye kandi ugiye tukigushaka Twari tukigukeneyeko vyinshi mu muryango Ariko Imana na yo ikora uko igomba Ni yo ibona ibikwiye n'ibibereye Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru Niwigire Niwigire wari intwari mu muryango Wari intore Wari intore mu babanyi n'abagenzi Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru -------------- Translation -------------- President Peter Nkurunziza [18/12/1964 - 8/6/2020] Farewell you were a brave man in the family You were a parent who loved us and whom we loved If it were possible you should stay with us But because we all are travellers in this world Farewell our dear parent Farewell Farewell you were a brave man in the family You were a good man You were a good man amongst neighbours and friends You were peaceful you never quarrelled with people We know we will meet again at home in heaven You always were close to us, our dear parent You worked hard so that we could live You never left us, you always were close to us, dear parent We will never forget your good deeds towards us Look, you have departed but we still wanted you We still needed you for a lot of things in the family But let the will of God be done He is the one who knows what's necessary and right
KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 499 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...