KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

  DUSOME, Igitabu c'umwaka wa 2, p. 64-65

No. Igisomwa   Urupapuro
1. Indome   1
2. Dusubiremwo   2
3. Gufungura nd, ng 4
4. Baraye batugemuriye nt, mb 5
5. Ese umubindi w'abandi ny, vy 6
6. Kuragira inka nk, sh, ts 7
7. Uwutarima ntamira nc, mv 8
8. Umwana w'umwete mp, mw, tw 9
9. Mwirinde gukinisha inzoka nj, nz 10
10. Guteka ry, hw 11
11. Niyonsaba arakunda gusomera sy, ns 12
12. Kugenda kw'ishure kw, fy, fw 13
13. Inzoga y'ibitoke pf, nw, dw 14
14. Icirore bw 15
15. Ikiyago ca Nkengurutse na nyina mf, rw 16
16. Twacerewe jw 17
17. Igitangurirwa n'izazi mfw 18
18. Ukubaza gutera ukumeneya my, nsh 19
19. Umwana w'inkerebutsi sw, ty 20
20. Batatu badatana mu ndagano zw 21
21. Umuriro ndy, mfy 22
22. Ikomire yacu shw, ngw 23
23. Imende n'imbeba cw 24
24. Ifuku nsy 25
25. Imvura n'umurimyi gw 26
26. Nyoku… zana nkwakire nkw 28
27. Ivuriro ryacu ndw 29
28. Ibarabara ntw 30
29. Ni agahore ntiworaba! tsw 31
30. Uraberewe! nzw 32
31. Amero nay o ni indwra mpw 34
32. Aririwe… ndatsitaye nts 35
33. Kariwabo arahaze nyw 36
34. Intabarirwa z'isazi mvy, mpf 37
35. Imbwa n'imbeba mbw 38
36. Mee… nty 39
37. Umukru ni inde? mbw, ncw 40
38. Urabona ngo uncira umugozi! njw 42
39. Utampaye ndabivuga nzy 43
40. Akazina kanje nshw 44
41. Tuje kuduza ibendera   45
42. Ikimuga c'ikongongwe   46
43. Abavukanyi   47
44. Intabwirwa ibwirwa n'uko amaso atukuye   48
45. Ntasamara yaranyomoje!   49
46. Genda uzoba ugisubira!   50
47. Mamawacu ararwaye   51
48. Gisanumwavu   52
49. Izuba n'umwana   54
50. Ubujuju bw'imfyisi   55
51. Ibiyoba biraryoha   56
52. Ndabikika gute?   57
53. Umuteramyi wa cane ntazinduka   58
54. Inyabu n'imbeba   59
55. Umuswi w'ikigaba   60
56. Umucungwe n'indimu   61
57. Ukumenya gusoma ni ikindi   62
58. Gifokozi   63
KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 147 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...