KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
 
Mu Burundi mu mwaka w'1972 haraguye ibara, aho ubwicanyi bw'indengakamere bwahitanye abahutu ibihumbi n'ibihumbagiza.

ITEGEREZE NEZA
Murashobora kwibaza muti ko mu Burundi habaye ubwicanyi bw'indengakamere ku mpande zose, none kubera iki mwavuze kw'ihonyabwoko ryakorewe Abahutu gusa? Ukwo si ukubogamira ku bwoko bumwe?
Inyishu y'ico kibazo mw'ijambo rimwe ni OYA. Turacari mu bikorwa vyo gutororokanya ibintu vyose vyerekeye ikirundi, Uburundi n'Abarundi. Rero tuzoguma dushiraho n'ibindi vyinshi. Tuzovuga kuri Ntega na Marangara, tuvuge kw'ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu 1993, n'ibindi vyinshi. Tuzovuga ku migambwe yose, uri UPRONA, PALIPEHUTU, PDC, CNDD-FDD,...
Muri make rero, hano ku kirundi ku ngurukanabumenyi ntaho twegamiye!!!
Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 162 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...