KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
«Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi» ni umugămbi ufisé intūmbēro nyamúkurú yó gutêza imbere ururími rw'íkirŭndi hamwé n'ímicó kāmá n'ímigēnzo myīzá vy'Ábarŭndi túbicīshije kū ngurukanabumenyi, arí yo bītá «Internet» mu rurími rw'ábanyámahănga.

Iberndera ry'Uburundi

Armoirie du Burundi

Intara z'Uburundi

 

  Aka kamenyetso kaguma kazunguruka gasigura iki?


Ni uburyo twagushiriyeho bwo kugufasha kuraba ibiri kuri uru rubuga bitagoranye.

Iyo ufyonze kuri ako kamenyetso kari aho hasi i bubamfu , haca haboneka utundi tumenyetso tukujana ahantu hatandukanye iyo udufyonzeko.

Fyonda aho kuri ako kamenyetso ko kubaza urabe ico buri kamenyetso gasigura:

 

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 103 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...