KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
  Kubera iki Ikinamico ng'aha ku kirundi ku ngurukanabumenyi?

Ikinamico za kera ziri biganiro bitari bike vy'Abanyarwanda vyakunzwe kwumvirizwa cane n'Abarundi cane cane abo mu burengero nka za Muyinga, Kirundo, ...

Turazi neza ko hari Abarundi batari bake bazoryoherwa no gusubira kwumva ikinamico za kera. Uturorero:

  • Amabanga y'i kuzimu izwi cane nka Sugira
  • Icyanzu cy'Imana yamenyekanye cane nka Uwera
  • Inseko ya Kiberinka [Gisiga - Rukanika - Bagabobarabona]
  • Mukabyagaju aho umukinyi w'ikinamico w'icamamare yari n'umuririmvyi akomeye cane Sebanani André yakinye yiyita umuzungu Eldorado Madrid Alto Do Santos [Ku munota wa 44 - Izina nde yange? Izina nde yange? Eldorado Madrid Alto Do Santos. Ni biza gusa Do Santos or Madrid  ].
  • Maziyateke ndagiye; Sebanani akina yitwa Haruna
  • Rusisibiranya

Rero nk'uko twabisiguye mu yandiko Kubera iki izindi ndimi ng'aha?, turongera turagira ico tubivuzeko mu yandiko Urundi Ruanda, ntibikwiye kubatangaza kubona ibintu bitari mu rurimi rw'ikirundi ng'aha ku kirundi ku ngurukanbumenyi.

 

 

Sebanani André
+ Sebanani André +


 

Amabanga y'i kuzimu [Sugira - Mbarimombazi]
Amabanga ya Masoyinyana
Amavuta y'isahu [ntanoza imisaya]
Icyanzu cy'Imana [Uwera]
Mukabyagaju [Eldorado Madrid Alto Do Santos]
Utazi ubwenge ashima ubwe
Umwana wo hanze
Uwimye umwana aba yimye umutware
Iraha ry'umunsi umwe
Imbuto y'urukundo ruhatano | Kamaliza na Furere Karangwa - Frere frère
Nzashira i Ngurugunzu nkiri Ngagi
Inkurikizi y'icyaha
Impumuro y'isano [Kavamahanga]
Ubukwe - Kurongorwa si ugupfa - umukunzi nyawe
Ingoyi z'urukundo

  Kukera iki inyandiko, indirimbo canke ibiganiro bitari mu kirundi?

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 91 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...