Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

 Petero Nkurunziza

Yavutse18 Kigarama 1964
Yitavye Imana afise imyaka 55
Yitavye Imana08 Ruheshi 2020
Ubutegetsi [Perezida]   [2005 - 2020]
UmugambweCNDD - FDD
Ubwoko Umuhutu



Amatora azoba meza cane

Amatora azoba meza cane. Uwuzovuga ko azoba nabi, shauri yake! Nilishawambia mie. Ukinda ugaramye, ugarama, wicara, uvuga aya muhe, azoba neza cane!
Perezida Petero Nkurunziza

Igiseke gishigikiye kandi gishishiriye / gishiririye

Igiseke gishigikiye kandi gishishiriye. Nari namye mvuga Imana ngo uze kundinda nohava mvuga ati gishiririye!
Perezida Petero Nkurunziza

KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 34 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Bujumbura
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2021 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...