Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

 Melchior Ndadaye

Yavutse28 Ntwarante 1953
Yitavye Imana afise imyaka 40
Yitavye Imana21 Gitugutu 1993
Ubutegetsi [Perezida]   [1993 - 1993]
UmugambweFRODEBU
Ubwoko Umuhutu


ITEGEREZE NEZA
Kuraba amafoto, fyonda aho handitse AMAFOTO. Amafoto aca aboneka mu kadirisha gaca gaseruka. Hari aho bishika amafoto ntaboneke ubwo nyene. Iyo bishitse rero ayo mafoto ntaboneke, ca wugara ako kadirisha hanyuma uce wongera kwugurura uru rupapuro bushasha

 
KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 338 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Bujumbura
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...