Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

UKÓ BIGĒNDÁ

Iyó ufyōnzé kurí ako kamenyētso haca háboneka idírisha rirímwo indomé n'ûtwâtuzo kugíra ubāshe kwāndika inyishú.

Uhéjeje kwāndika inyishú yāwe, urahéza ugafyōnda ku kajāmbo OK canke ukwūgara iryo dírishá.

Ushâtse gufuta urudomé uhejéje kwāndika, ufyōnda ku kāmpi karābá inyuma ().

Iyó ufyōnzé kurí ako kamenyētso duca túgukosōra. Turakumenyēsha kó inyishú yāwé arí yo cânké atarí yo.
Ufyônze kurí ako kamenyētso duca túguha irĭndi jāmbo ryó kwătura.
Atura iri jāmbo
uruzi
Inyishú yāwe yīyandika aha

KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 64 ku murongo.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Bukêbuké bukomeza igihonyi
Uwutárahera aba arahékenya!

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...