- umuriro
rero - Poro
Repuburika
Amadorari
- Mu kirundi iryo jwi ryegereye r gusumba l
-
Amajambo matirano afatwa nk’ay’ikirundi, kuko aheza akigana inyubako n’imvugo y’ururimi rutira. Ni hamwe n’uburyo amajwi aheza agakurikirana.
Uturorero
- Umukirisu: ntibavuga umukristu.
- Ikawa yitwa robisita: ntibavuga robista.
- Intara ya Afirika: ntibavuga Afrika.
- urusato
amasaka
isaka / ishaka
igisaka - igishakashaka
- umusi
imisi - isomerwa
- umupfakazi
gupfupfahaza
umupfumu
kwipfuza - umufa
ifu
gufutera
- Kwandika ukurikije imvugo y’Abarundi benshi.
- Kumenyesha urwaruka ikirundi c'itsitso.
- kurwana
indwara
kurwana
indwano
urwarwa
urwiri - kugwa
kugwabira
umugwi
imbwa
gutyo
ntya
- kwurira
kwongera
kwubaka - nkurira
nkongera
nkubaka
nkicara - kw'urubeya
- akana k'ubwenge
- Itsitso ni -urir-, -onger-, -ubak-. Ku- na yo ni inyitangizo y'umuvugire wa kigenze. Ijwi u ryo kuri ku- ricika incamwanya w kuko rikurikiwe n'irindi jwi rivuga mw'ijambo rimwe.
- Ibihimba ni:
/n-ka-urir-a/
/n-ka-onger-a/
/n-ka-ubak-a/
/n-ka-icar-a/
Mw'ijambo ijwi a rikurikiwe n'ayandi avuga atangura itsitso bararisimba:
/n-k(a)-urir-a/
/n-k(a)-onger-a/
/n-k(a)-ubak-a/
/n-k(a)-icar-a/
Muramenye: amajwi a na i arakunda kurondana akavyara e.
Uturorero:
amenyo = /a-ma-inyo/
benshi = /ba-inshi/ - kwa = /ku-a/
Kwa ni indongorazina, mugabo mu majambo abiri amajwi avuga akurikiranye, irya mbere bararisimba - ka = insanisha.
twarakanye
warahonye
- igiti
igikere
nya gikoko gica gipfira hano. - kiti
- kitubwira
- Amajwi agumye y'inyitangizo arahinduka akoroha iyo itsitso ry'ijambo ritangurwa n'irigumye.
- Kwandika ukurikije imvugo y'Abarundi.
- kitubwira = /ki-tu-bwir-a/
ki- = iny.
-tu- = ind.
-bwir- = its.
-a = agas.
Inyitangizo n'itsitso ntibikurikirana.
yamenye