Uturorero:
- mpore
- mama we
- agwe
- ...
Insiguro ya [1]:
Ikinjana ni ikiringo kingana n'imyaka ijana.
Akarorero: Mu mwaka w'2000 hari haheze ibinjana 20 Yezu avutse.
Insiguro ya [2]:
Abanyeshule bakerebutse iyo umwaka w'ishule uheze amakaye bigiyemwo ntibaca bayashiburira mw'iyarara. Barayabika agaheza akazofasha abasigaye inyuma, kandi hari n'ubwo na bo nyene bayakenera mu bihe biri imbere. N'abigisha rimwe na rimwe barayifashisha mu gutegura ivyigwa, na cane cane iyo hari ubukene bw'ibitabu. Ayo makaye ni yo bita ibinjana. Ukunda gusanga ashaje cane.
Akarorero: Niwambonera Nkengurutse, uramumbariza ko yoba afise ikinjana c'ikirundi co mu w'icenda.
Mu kurondera ikintu ico ari cose canke amajambo y'indirimbo, andika ijambo canke amajambo urondera aho handitse «Andika ico urondera ...», hanyuma uce ufyonda kuri ako kamenyesto ko kurondera.
Nk'akarorero, urashobora kwandika: ingereka, amajambo adahinduka, umutama semibira, guhoza umwana, ibisokozo, ...
Ushaka kurondera indirimbo canke umuririmvyi rukana, koresha karya kumba kanditsemwo «Rondera indirimbo ...».
Mu kurondera indirimbo, andika ijambo wibaza ko riri mu mutwe w'indirimbo urondera canke wandike izina ry'umuririmvyi.
Ushatse kurondera amajambo abiri canke arenga icarimwe, nk'akarorero Bahaga canke Matata canke Kidumu andika ayo amajambo uyatandukanije n'agakwabu nk'uku: Bahaga,Matata,Kidumu hanyuma uce ufyonda kuri ka kamenyetso ko kurondera.
Mu kurondera si ngombwa ngo wandike ijambo ryose. Urashobora kwandika agace kari mw'ijambo urondera.
Akarorero:
Nk'ubu ushaka indirmbo zirimwo ijambo umukobwa urashobora kwandika kobw gusa harya harya handitse rondera indirimbo hanyuma ugafyonda kuri ka kamenyetso ko kurondera, duca tukuronderera izo ndirimbo zose zirimwo akajambo kobw: Mukobwa ndagowe, ni amaki mukobwa, gakoni k'abakobwa, yewe mukobwa, bakobwa b'i Kigali, icange mukobwa, ...
Muri aka kanya, hari abantu 9 ku murongo.
UTC (GMT) | ||
Bujumbura | ||
Brisbane |
No. | Ukwezi |
---|---|
1 | Nzero |
2 | Ruhuhuma |
3 | Ntwarante |
4 | Ndamukiza |
5 | Rusama |
6 | Ruheshi |
7 | Mukakaro |
8 | Myandagaro |
9 | Nyakanga |
10 | Gitugutu |
11 | Munyonyo |
12 | Kigarama |
No. | Mois |
---|---|
1 | Janvier |
2 | Février |
3 | Mars |
4 | Avril |
5 | Mai |
6 | Juin |
7 | Juillet |
8 | Août |
9 | Septembre |
10 | Octobre |
11 | Novembre |
12 | Décembre |
No. | Month |
---|---|
1 | January |
2 | February |
3 | March |
4 | April |
5 | May |
6 | June |
7 | July |
8 | August |
9 | September |
10 | October |
11 | November |
12 | December |
No. | Ukwezi |
---|---|
1 | Mutarama |
2 | Gashyantare |
3 | Werurwe |
4 | Mata |
5 | Gicurasi |
6 | Kamena |
7 | Nyakanga |
8 | Kanama |
9 | Nzeri |
10 | Ukwakira |
11 | Ugushyingo |
12 | Ukuboza |
Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".
Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.
Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.
Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.
Ako kamenyetso ugafyonda kugira wongere kwugurura urupapuro uriko uraraba bushasha. | |
Iyo ufyonze kuri ako kamenyetso, duca tugutwara ku rutonde rw'ibirimwo. | |
Iyo ufyonze kuri ako kamenyetso, duca tugutwara aho ushobora kuronderera indirimbo canke ico ari co cose ku buryo bwihuse. ![]() |
|
Iyo ufyonze kuri ako kamenyetso, duca tugutwara kw'iradiyo, ahariko haravugira indirimbo canke amajwi. Aka kamenyetso kaboneka gusa iyo urupapuro wuguruye ruriko indirimbo canke amajwi. ![]() |
|
Ufyonda kuri ako kamenyetso kugira uduge hejuru ku buryo bwihuse. | |
Ufyonda kuri ako kamenyetso kugira umanuke hasi ku buryo bwihuse. |