Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
  ITEGEREZE NEZA!

Hariho abatubwira ko ibiganiro vya Prof. Yochanan (Jean) Bwejeri ari ivy'amacakubiri, birimwo urwanko no gutuka Abahutu, banadusaba ko tutoboshira ng'aha ku kirundi ku ngurukanabumenyi.

Mu nyandiko Uwurizi ni uwaryise ijambo turasigura impamvu ibiganiro nk'ibi vya Professeur Yochanan (Jean) Bwejeri tubishira ku kirundi ku ngurukanabumenyi naho hari abatavyishimira.

 


KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 45 ku murongo.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Bukêbuké bukomeza igihonyi
Uwutárahera aba arahékenya!

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...