IKIRUNDI ⇒ ICONGELEZA
akanyegeri
amaboko
amaguru
amano
amaso
amata
amatama
amatwi
amavi
amazi
amenyo
gusenga
ibarabara
ibicu
ibirenge
ibitugu
icara
icâra = nail => igihimba c'umubiri.
- icâra: muri rudende
- ivyâra: muri rusangi
Bavuga kandi:
- urwâra: muri rudende
- inzâra: muri rusangi
icara = sit => irivuga kwicara muri rubwiriza.
- kwicara: to sit
- kwicara hasi: to sit down
- icara: sit
- icara hasi: sit down
icizere
igihugu
igitsina
- sex
- gender
igitugu
ijisho
ijuru
ikaramu
ikaramu y'igiti [ikereyo]
ikirenge
Imana
imbwa
imeza
impuzu
imvura
indoto
ingorane
inka
inkokora
ino
intare
intebe
inzahabu
inzara
inzâra = nails => ibihimba vy'umubiri.
- icâra: muri rudende
- ivyâra: muri rusangi
Bavuga kandi:
- urwâra: muri rudende
- inzâra: muri rusangi
inzara = hunger => bivuye mu gusonza.
- Ndashonje: I am hungry
- Ndafise inzara: I am hungry
Ijambo ry'icongeleza nail rirafise iyindi nsiguro itandukanye n'iyo twatanze aho hejuru. Risigura kandi umusumari.inzira
inzoga
inzoka
inzu
iryinyo
itama
ivi
izosi
izuru
kurira
ubwanwa
ubwonko
ugutwi
ukuboko
ukuguru
umugabo
umuganwa
umugongo
umugore
Ijambo 'woman' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore muri rusangi.- Urya mugore ni mwiza: That woman is beautiful.
- Mana hezagira abagore: God bless the women
Ijambo 'wife' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore wawe canke wa senaka.- Umugore wanje: My wife.
- Umugore wa perezida: The president's wife.
umuhungu
Ijambo 'boy' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu muri rusangi.- Urya muhungu ni mwiza: That boy is handsome.
- Abahungu barakunda kurwana: Boys like to fight.
Ijambo 'son' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umuhungu wanje: My son.
- Umuhungu wa perezida: The president's son.
Ariko kandi muri utwo turorero duhejeje gutanga, umuntu arashobora kuvuga:- Umuhungu wanje: My boy.
- Umuhungu wa perezida: The president's boy.
Igihe wokoresha 'boy' ushaka kusigura umuhungu wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umuhungu wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umuhungu wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my boy' (Mwabonye umuhungu wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umuhungu wawe ari agahambaye!umukobwa
Ijambo 'girl' rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa muri rusangi.- Urya mukobwa ni mwiza: That girl is beautiful.
- Abakobwa barashobora gukina umupira w'amaguru: Girls can play football.
Ijambo 'daughter' (basoma dotá) rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umukobwa wanje: My daughter.
- Umukobwa wa perezida: The president's daughter.
Uvuze ngo 'My girl' kenshi bishobora gusigura ko uriko uravuga 'Umukobwa mukundana' ha gusigura 'umukobwa wawe'.
Igihe wokoresha 'girl' ushaka kusigura umukobwa wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umukobwa wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umukobwa wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my girl!' (Mwabonye umukobwa wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umukobwa wawe ari agahambaye!umunwa
umuryango
umuryângo = door => igice c'inzu, aho baca binjira mu nzu.
umuryāngo = family => abantu mufise ico mupfana (abavyeyi, abavukanyi, uwo mwubakanye, abana, ...)
umusalaba
Imwe mu ngorane canke amadidane ajanye no kwandika neza ururimi rw'ikirundi ni ikoreshwa ry'urudome L. Soma ico Ikirundi ku ngurukanabumenyi tubivugako.
umushatsi
umutima
umutwe
urukundo
ururimi
ururimi = tongue => igihimba c'umubiri.
ururimi = language => ikirundi, icongeleza, igiswahili, ...
urwanko