AGAHOGO K'ABARUNDI


Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Vuga ubwoko bw'ayo majambo aciye akarongo munsi.

  1. Umwana mwiza arubaha abavyeyi.
  2. Jewe, Yonani na Serejiyo, eka aho hambere twararyimara.
  3. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  4. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  5. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  6. Urya muhungu ni umukinyi w'umupira w'amaguru.
  7. Mama we ako gakanzu wakaguze he?
  8. Yewe ingo dutahe burije.
  9. Wahasanze abana bangahe?
  10. Amakuru maki?
  11. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  12. Abaje bose inyuma y'umutaga nimutahe muzogaruke ejo.
  13. Abana basamara cane bakunda kwicara inyuma.
  14. Kanugunu yaramenje mugabo ntiyanganije na Maconco.
  15. Urya mugabo mubona ni inshirwarimetse.
  16. Yagiye yumva igofe mu gutwi ngo twa!
  17. Irya mbwa muzoze murayigendera kure yarasaze.
  18. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  19. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  20. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.

KURONDERA

  GUKARISHA UBWENGE

BURUNDI URI AGAHORE
GUKARISHA UBWENGE
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 83 ku murongo.

Bukêbuké bukomeza igihonyi
Muradutunga

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...