Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

  DUSOME, Igitabu c'umwaka wa 1, p. 28

kadoyi aje atuzaniye akayoga

sogokuru yamaze gufata icicaro

abana barakina mu biziba

bizuru yazitiye umurima

ciza ni umuvuzi

teza ni umusozi muremure

ruvubu ni uruzi runini cane
atuzaniye / kazoviyo / yamaze / umuvuzi / umugozi / icaruzo / umusozi / amazi / izosi / izuru / ciza
KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 63 ku murongo.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Bukêbuké bukomeza igihonyi
Uwutárahera aba arahékenya!

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...