Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

  DUSOME, Igitabu c'umwaka wa 1, p. 23

domitira yadodoye

bitariho ariko arakina

gatogato ateruye akayoya

matayo yateye amateke
ikibuba / ururo / umugabo / amatama / umutamana / uruguma / umuhini / ibiyoba
KURONDERA
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 27 ku murongo.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Bukêbuké bukomeza igihonyi
Uwutárahera aba arahékenya!

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...