AGAHOGO K'ABARUNDI


Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Evode Ntahonankwa aragira ati: Nyegera ntite wumve, nawe uzotitira abandi  

None rero hinge tube turatita. Muri kino gice c'amayagwa dutegekanya gutororokanya:

  • Imyibutsa
  • Imigani n'ibitito
  • Ibisokozo n'utujajuro
  • Amazina y'inka - Ibicuba
  • Amazina y'ubuhizi
  • Ibitutsi, imikomo, indahiro, urukato,...
  • N'ibindi vyinshi cane bijanye n'amayagwa y'ikirundi

Si igikorwa coroshe namba! Kubw'iyo mpamvu turabasavye ngo mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi kandi bushikana umusiba ku mugezi.

KURONDERA

BURUNDI URI AGAHORE
GUKARISHA UBWENGE
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 117 ku murongo.

Bukêbuké bukomeza igihonyi
Muradutunga

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.

2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
Rindira gato...