KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

*

Vuga ubwoko bw'ayo majambo aciye akarongo musi.

  1. Yagiye yumva igofe mu gutwi ngo twa!
  2. Umwana mwiza arubaha abavyeyi.
  3. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  4. Jewe, Yonani na Serejiyo, eka aho hambere twararyimara.
  5. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  6. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  7. Mama we ako gakanzu wakaguze he?
  8. Yewe ingo dutahe burije.
  9. Irya mbwa muzoze murayigendera kure yarasaze.
  10. Abaje bose inyuma y'umutaga nimutahe muzogaruke ejo.
  11. Urya mugabo mubona ni inshirwarimetse.
  12. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  13. Wahasanze abana bangahe?
  14. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  15. Kanugunu yaramenje mugabo ntiyanganije na Maconco.
  16. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa.
  17. Zana zirya ziri mu mubindi ni zo zihiye.
  18. Abana basamara cane bakunda kwicara inyuma.
  19. Amakuru maki?
  20. Urya muhungu ni umukinyi w'umupira w'amaguru.

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 169 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2026 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...